30 Kandi uze ushire Urimu+ na Tumimu* muri nya kambarwa ko ku gikiriza k’uguca urubanza, bize bibe hejuru ku mutima wa Aroni igihe yinjiye imbere ya Yehova; Aroni aze yambare nantaryo imanza+ za bene Isirayeli hejuru y’umutima wiwe imbere ya Yehova.
3 (Ahiya mwene Ahitubu+, Ahitubu mwene wabo na Ikabodi+, Ikabodi wa Finehasi+, Finehasi wa Eli+, umuherezi wa Yehova i Shilo+, yambara efodi+.) Abantu ntibari bazi ko Yonatani yagiye.