ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze abagabo bose bari mu marushwa+ n’abagabo bose bari bafise amadeni+ be n’abagabo bose badundumiwe ku mutima+ bakoranira kuri we+, araheza aba umukuru wabo+; yari kumwe n’abagabo nk’amajana ane.

  • 1 Samweli 25:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Buno nyene Dawidi abwira abantu biwe ati: “Nimukenyere umwe wese inkota yiwe+!” Nuko barakenyera umwe wese inkota yiwe, na Dawidi nyene akenyera inkota yiwe; hanyuma batangura kuduga bakurikiye Dawidi, abagabo nk’amajana ane, ariko amajana abiri baguma bicaye iruhande y’imizigo+.

  • 1 Samweli 30:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Dawidi aca afata inzira, we na ba bagabo amajana atandatu+ bari kumwe na we, baragenda gushika ku mwonga wa Besori, maze abagabo bari gusigara barahagarara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika