1 Samweli 23:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze abo babiri bapfundika isezerano+ imbere ya Yehova; nuko Dawidi abandanya kuba i Horeshi, Yonatani na we aja iwe.
18 Maze abo babiri bapfundika isezerano+ imbere ya Yehova; nuko Dawidi abandanya kuba i Horeshi, Yonatani na we aja iwe.