-
1 Samweli 26:3Bibiliya y’isi nshasha
-
-
3 Sauli akambika ku murambi wa Hakila, uwurabana na Yeshimoni, iruhande y’inzira, mu gihe Dawidi yaba mu gahinga. Nuko abona ko Sauli yari yamukurikiye muri ako gahinga.
-