Zaburi 37:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Umubisha aguma areretse umugororotsi+,Akarondera kumwica+. Zaburi 38:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo abarondera ubuzima bwanje batega imitego+,Abakora bandonderera ivyago na bo bavuze ivy’amarushwa+,Kandi ubuhendanyi ni bwo baguma bavugira mu ntamatama bukarinda bwira+.
12 Mugabo abarondera ubuzima bwanje batega imitego+,Abakora bandonderera ivyago na bo bavuze ivy’amarushwa+,Kandi ubuhendanyi ni bwo baguma bavugira mu ntamatama bukarinda bwira+.