Imigani 24:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ntuvuge ngo: “Nk’uko nyene yangiriye, ni ko ngiye kumugirira+. Nzokwishura umwe wese ibihuye n’uko akora+.” Matayo 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ibintu vyose rero mushaka ko abantu babagirira+, namwe nyene mutegerezwa kubibagirira; nkako, ico ni co Itegeko n’Abahanuzi bisobanura+.
29 Ntuvuge ngo: “Nk’uko nyene yangiriye, ni ko ngiye kumugirira+. Nzokwishura umwe wese ibihuye n’uko akora+.”
12 “Ibintu vyose rero mushaka ko abantu babagirira+, namwe nyene mutegerezwa kubibagirira; nkako, ico ni co Itegeko n’Abahanuzi bisobanura+.