1 Samweli 15:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko Samweli aja i Rama, Sauli na we aduga ku nzu yiwe i Gibeya+ ha Sauli.