ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 11:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kuko uku ari ko Yehova yakora: yarareka imitima yabo igakomantara+ kugira bamenyeshe ko bagiye kurwana na Isirayeli, kugira ngo abatikize, ntibagirirwe ubutoni+, ahubwo abazimanganye, nk’uko nyene Yehova yari yarategetse Musa+.

  • Yobu 34:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko umuntu yakuwe mw’ivu izomuhemba+ nk’uko akora,

      Kandi uko umunyuro w’umuntu umeze, ni na ko izotuma umugarukako.

  • Imigani 15:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Indero ni mbi ku wuva mu munyuro+; uwanka igikangīro wese azopfa+.

  • Abaroma 9:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nuko rero, uwo ishaka iramugirira imbabazi+, mugabo uwo ishaka iramureka agacika intabarirwa+.

  • Abaheburayo 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 mugabo mugume muhimirizanya+ ku musi ku musi, hacitwa “Uno musi+,” kugira ngo ntihagire uwo muri mwebwe akomantazwa n’ububasha buhendana+ bw’igicumuro.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika