-
Esiteri 1:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Iyo misi ikwiye, umwami amara imisi indwi atereka inzimano abantu bose bari ku kirimba Shushani, uwuhambaye n’umuto, mu kigo c’ubusitani bw’ikirimba c’umwami.
-