Yobu 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Imisi yiwe iyo ishinzwe+,Igitigiri c’amezi yiwe kiba kiri iwawe.Itegeko waramushiriyeho ngo ntarenge. Zaburi 37:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova ubwiwe azomutwenga+,Kuko abona neza yuko umusi wiwe uzoza+. Zaburi 90:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imisi y’imyaka yacu ni imyaka mirongo irindwi+;Kandi naho yoba imyaka mirongo umunani bivuye ku nkomezi zidasanzwe+,Nubundi ibiyiranga ni ivyago n’ibibi gusa+;Kuko ihita ningoga, natwe tukaba tugurutse+. Umusiguzi 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo umubisha ntibizomugendera neza na gato+, eka nta n’ubwo azorehura imisi yiwe imeze nk’igitutu+, kuko adatinya Imana+.
5 Imisi yiwe iyo ishinzwe+,Igitigiri c’amezi yiwe kiba kiri iwawe.Itegeko waramushiriyeho ngo ntarenge.
10 Imisi y’imyaka yacu ni imyaka mirongo irindwi+;Kandi naho yoba imyaka mirongo umunani bivuye ku nkomezi zidasanzwe+,Nubundi ibiyiranga ni ivyago n’ibibi gusa+;Kuko ihita ningoga, natwe tukaba tugurutse+.
13 Mugabo umubisha ntibizomugendera neza na gato+, eka nta n’ubwo azorehura imisi yiwe imeze nk’igitutu+, kuko adatinya Imana+.