6 Ku bw’ivyo abwira abantu biwe ati: “Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe, nisunze uko Yehova abona ibintu, ko nogira ico kintu ku mukama wanje, uwo Yehova yarobanuje amavuta+, mu gutuma ukuboko kwanje ngo ndamugirire nabi, kuko ari uwo Yehova yarobanuje amavuta+.”