Zaburi 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ku ntahemuka uzokwerekana ko udahemuka+;Ku muntu w’umugabo atagira amahinyu, uzokwerekana ko utagira amahinyu+. Matayo 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Hahiriwe abanyembabazi+, kuko bazogirirwa imbabazi. Matayo 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko urubanza muca ari rwo namwe muzocirwa+; kandi ingero mugeresha ni yo namwe bazobagererako+.
25 Ku ntahemuka uzokwerekana ko udahemuka+;Ku muntu w’umugabo atagira amahinyu, uzokwerekana ko utagira amahinyu+.