1 Samweli 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Vyongeye, nyina yaramukorera umwitero mutoya utagira amaboko, akawumuduganira ku mwaka ku mwaka, igihe yaba aduganye n’umugabo wiwe gushikana ikimazi ca buri mwaka+.
19 Vyongeye, nyina yaramukorera umwitero mutoya utagira amaboko, akawumuduganira ku mwaka ku mwaka, igihe yaba aduganye n’umugabo wiwe gushikana ikimazi ca buri mwaka+.