Itanguriro 25:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko batangura kugenda barashinga ikambi kuva i Havila+ hafi ya Shuri+, ahari imbere ya Misiri, gushika i Ashuri. Aba imbere ya bene wabo bose+. Kuvayo 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu nyuma Musa akura Isirayeli ku kiyaga Gitukura maze barasohoka baja mu gahinga ka Shuri+, bagendagenda imisi itatu mu gahinga, mugabo ntibaronka amazi+.
18 Nuko batangura kugenda barashinga ikambi kuva i Havila+ hafi ya Shuri+, ahari imbere ya Misiri, gushika i Ashuri. Aba imbere ya bene wabo bose+.
22 Mu nyuma Musa akura Isirayeli ku kiyaga Gitukura maze barasohoka baja mu gahinga ka Shuri+, bagendagenda imisi itatu mu gahinga, mugabo ntibaronka amazi+.