Gusubira mu vyagezwe 25:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze Yehova Imana yawe niyamara kukuruhura abansi bawe bose hirya no hino mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa ngo ucigarurire+, uze uhanagure Amaleki ntibe ikivugwa munsi y’amajuru+. Ntuze wibagire. 1 Samweli 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubu rero nugende, wice Amaleki+, umutikizanye+ n’ivyo afise vyose, kandi ntumwumvire impuhwe; wice+ umugabo n’umugore, umwana n’uwonka+, ishūri n’intama, ingamiya n’indogobwa+.’”
19 Maze Yehova Imana yawe niyamara kukuruhura abansi bawe bose hirya no hino mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa ngo ucigarurire+, uze uhanagure Amaleki ntibe ikivugwa munsi y’amajuru+. Ntuze wibagire.
3 Ubu rero nugende, wice Amaleki+, umutikizanye+ n’ivyo afise vyose, kandi ntumwumvire impuhwe; wice+ umugabo n’umugore, umwana n’uwonka+, ishūri n’intama, ingamiya n’indogobwa+.’”