ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Maze Samweli avuga ati: “Ivyo wakoze ni ibiki+?” Sauli na we avuga ati: “Nabonye yuko abantu bari bashwiragiye bakamvako+, be n’uko wewe ubwawe utaje mu misi yashinzwe+, kandi ko Abafilisitiya bariko bakoranira i Mikimashi+,

  • 1 Ngoma 10:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ukwo ni ko Sauli yapfuye bivuye ku buhemu bwiwe yari yarahemukiye+ Yehova, kubera ijambo rya Yehova atari yaragumije no kubera ko yituye uwuvugana n’ibiremwa vy’impwemu+ kugira ngo abaze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika