1 Samweli 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo Sauli n’abantu bumvira impuhwe Agagi n’ivyiza kuruta ibindi vyose mu mukuku no mu busho+, n’ibidoshe n’impfizi z’intama n’ivyari vyiza vyose, ntibashaka kubitikiza+. Nayo ibintu vyose bisuzuguritse kandi vyo gutabwa, bino barabitikiza. Yeremiya 48:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Arakavumwa uwurangurana urwangara igikorwa ca Yehova+! Arakavumwa uwima inkota yiwe amaraso!
9 Mugabo Sauli n’abantu bumvira impuhwe Agagi n’ivyiza kuruta ibindi vyose mu mukuku no mu busho+, n’ibidoshe n’impfizi z’intama n’ivyari vyiza vyose, ntibashaka kubitikiza+. Nayo ibintu vyose bisuzuguritse kandi vyo gutabwa, bino barabitikiza.