1 Samweli 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 Muri iyo misi, Abafilisitiya batangura gukorakoranya amakambi yabo kugira ngo ingabo zirwanye Isirayeli+. Nuko Akishi abwira Dawidi ati: “Urazi neza yuko uzosohokana nanje kugira tuje mw’ikambi, wewe n’abantu bawe+.”
28 Muri iyo misi, Abafilisitiya batangura gukorakoranya amakambi yabo kugira ngo ingabo zirwanye Isirayeli+. Nuko Akishi abwira Dawidi ati: “Urazi neza yuko uzosohokana nanje kugira tuje mw’ikambi, wewe n’abantu bawe+.”