1 Samweli 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze Abaheburayo bari barabaye ab’Abafilisitiya+ imbere y’aho kandi bakaba bari baraduganye na bo mw’ikambi irya n’ino, na bo nyene bashaka kwerekana ko bari kumwe na Isirayeli yari kumwe na Sauli na Yonatani.
21 Maze Abaheburayo bari barabaye ab’Abafilisitiya+ imbere y’aho kandi bakaba bari baraduganye na bo mw’ikambi irya n’ino, na bo nyene bashaka kwerekana ko bari kumwe na Isirayeli yari kumwe na Sauli na Yonatani.