Abacamanza 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imana ica isatura ikinogo cimburutse nk’isekuro cari i Lehi, maze amazi+ atangura kukivamwo, na we atangura kunywa, agarura agatege+, arahembuka+. Ni co gituma yacise Eni-hakore*, kikaba kikiri i Lehi gushika n’uyu musi.
19 Imana ica isatura ikinogo cimburutse nk’isekuro cari i Lehi, maze amazi+ atangura kukivamwo, na we atangura kunywa, agarura agatege+, arahembuka+. Ni co gituma yacise Eni-hakore*, kikaba kikiri i Lehi gushika n’uyu musi.