Yosuwa 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yosuwa aca aramuhezagira maze aha Kalebu, mwene Yefune, Heburoni ngo ibe intoranwa yiwe+. Yosuwa 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 akarere kegukira ico gisagara be n’imihana irundanye igikukira na vyo babiha Kalebu mwene Yefune ngo avyigabire+.
12 akarere kegukira ico gisagara be n’imihana irundanye igikukira na vyo babiha Kalebu mwene Yefune ngo avyigabire+.