Gusubira mu vyagezwe 23:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ntuze ushikirize umushumba shebuja igihe ahunze shebuja akaza iwawe+. Gusubira mu vyagezwe 23:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Azoguma abana nawe hagati muri wewe, ahantu azohitamwo muri kimwe mu bisagara vyawe+, aho ashaka hose. Ntuze umufate nabi+.
16 Azoguma abana nawe hagati muri wewe, ahantu azohitamwo muri kimwe mu bisagara vyawe+, aho ashaka hose. Ntuze umufate nabi+.