1 Samweli 30:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Dawidi atangura gusiguza Yehova+, mu kuvuga ati: “Nome inyuma ako kagwi k’abambuzi? Ndabahamvya?” Na we amubwira+ ati: “Genda ubome inyuma, kuko utabura kubahamvya, ukagarura ivyo batwaye vyose+.” Zaburi 44:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.
8 Dawidi atangura gusiguza Yehova+, mu kuvuga ati: “Nome inyuma ako kagwi k’abambuzi? Ndabahamvya?” Na we amubwira+ ati: “Genda ubome inyuma, kuko utabura kubahamvya, ukagarura ivyo batwaye vyose+.”
3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.