1 Samweli 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo nimwakora ibibi n’akagagazo n’akantu, muzozimanganywa+, mwebwe n’umwami wanyu+.” 1 Ngoma 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Abafilisitiya+ barwana na Isirayeli; maze abagabo ba Isirayeli barahunga bava imbere y’Abafilisitiya, baguma bagwa bagandaguwe ku musozi Gilibowa+.
10 Nuko Abafilisitiya+ barwana na Isirayeli; maze abagabo ba Isirayeli barahunga bava imbere y’Abafilisitiya, baguma bagwa bagandaguwe ku musozi Gilibowa+.