2 Samweli 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Dawidi abandanya kumubwira ati: “Vyagenze gute? Ndakwinginze umbwire.” Na we avuga ati: “Abantu bahunze urugamba; vyongeye, benshi mu bantu baguye, barapfa+; mbere na Sauli+ be na Yonatani+ umuhungu wiwe bapfuye.” 2 Samweli 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nya musore yariko amumenyesha iyo nkuru aca avuga ati: “Nagiye mbona ndi ku musozi Gilibowa+ ntari ndavyiteze, maze mbona Sauli yishimikije icumu ryiwe+; kandi ehe, abatwara imikogote n’abagendera ku mafarasi bari bamushikiriye+.
4 Dawidi abandanya kumubwira ati: “Vyagenze gute? Ndakwinginze umbwire.” Na we avuga ati: “Abantu bahunze urugamba; vyongeye, benshi mu bantu baguye, barapfa+; mbere na Sauli+ be na Yonatani+ umuhungu wiwe bapfuye.”
6 Nya musore yariko amumenyesha iyo nkuru aca avuga ati: “Nagiye mbona ndi ku musozi Gilibowa+ ntari ndavyiteze, maze mbona Sauli yishimikije icumu ryiwe+; kandi ehe, abatwara imikogote n’abagendera ku mafarasi bari bamushikiriye+.