ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Umwami aca abwira abirutsi+ bari bahagaze irya n’ino yiwe ati: “Hindukire mwice abaherezi ba Yehova, kuko ukuboko kwabo na kwo nyene kuri kumwe na Dawidi no kubera ko bari bazi yuko ariko arahunga, ntibaheza ngo babihishurire ugutwi kwanje+!” Mugabo abasuku b’umwami ntibashaka gutuma ukuboko kwabo ngo bagurukire ku baherezi ba Yehova+.

  • 2 Samweli 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze Dawidi amubwira ati: “Kubera iki utatinye+ gutuma ukuboko kwawe ngo ukureho uwo Yehova yarobanuje amavuta*+?”

  • Zaburi 105:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ati: “Ntimukore ku bo narobanuje amavuta+,

      Kandi ntihagire ikintu kibi na kimwe mugirira abahanuzi banje+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika