Abacamanza 16:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nayo ba batware b’urunani b’Abafilisitiya, bakoranira hamwe kugira bashikanire ikimazi gikomeye Dagoni+ imana yabo no kugira banezerwe; baguma bavuga bati: “Imana yacu yatanze mu kuboko kwacu Samusoni umwansi wacu+!”
23 Nayo ba batware b’urunani b’Abafilisitiya, bakoranira hamwe kugira bashikanire ikimazi gikomeye Dagoni+ imana yabo no kugira banezerwe; baguma bavuga bati: “Imana yacu yatanze mu kuboko kwacu Samusoni umwansi wacu+!”