-
1 Samweli 3:16Bibiliya y’isi nshasha
-
-
16 Mugabo Eli ahamagara Samweli ati: “Samweli mwananje!” Na we ati: “Ndi hano.”
-
-
1 Samweli 4:16Bibiliya y’isi nshasha
-
-
16 Nya mugabo abwira Eli ati: “Ni jewe mvuye aho batonze urugamba; nahunze uno musi mvuye aho batonze urugamba.” Eli aca avuga ati: “Habaye iki ga mwananje?”
-