2 Abami 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni co gituma ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ehe ngira nzane ivyago kuri Yeruzalemu+ na Yuda, uwuzovyumva wese amatwi yiwe yompi akaba azovugiramwo iminzerere+. Yeremiya 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uvuge uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bami ba Yuda namwe ababa i Yeruzalemu+. Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo+, Imana ya Isirayeli, avuze: “‘“Ehe ngira nzane ivyago aha hantu, uwuzovyumva wese amatwi yiwe akaba azovugiramwo iminzerere+;
12 Ni co gituma ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ehe ngira nzane ivyago kuri Yeruzalemu+ na Yuda, uwuzovyumva wese amatwi yiwe yompi akaba azovugiramwo iminzerere+.
3 Uvuge uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bami ba Yuda namwe ababa i Yeruzalemu+. Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo+, Imana ya Isirayeli, avuze: “‘“Ehe ngira nzane ivyago aha hantu, uwuzovyumva wese amatwi yiwe akaba azovugiramwo iminzerere+;