ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 1:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 avuga ati:

      “Navuye mu nda ya mama+ ndi gusa,

      Kandi nzosubirayo ndi gusa+.

      Yehova ubwiwe ni we yatanze+, kandi Yehova ubwiwe ni we atwaye+.

      Izina rya Yehova niribandanye guhezagirwa+.”

  • Gucura intimba 3:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Umuntu muzima ashobora ate kuja mu vyo kwidoga+, umuntu w’umugabo akidoga kubera igicumuro ciwe+?

  • Ivyakozwe 21:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Vyanse ko ateshwa, tuvyemera ukwo, tuvuga duti: “Ukugomba+ kwa Yehova nikube.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika