1 Samweli 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova ahamagara rero Samweli. Na we avuga ati: “Ndi hano+.” Zaburi 99:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Musa na Aroni bari mu baherezi biwe+,Samweli na we yari mu bambaza izina ryiwe+.Barahamagara Yehova, na we akabitaba+. Amosi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Umukama Segaba Yehova ata co azokora adahishuriye akabanga kiwe abasavyi biwe b’abahanuzi+.
6 Musa na Aroni bari mu baherezi biwe+,Samweli na we yari mu bambaza izina ryiwe+.Barahamagara Yehova, na we akabitaba+.