Kuvayo 32:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hanyuma Yosuwa atangura kwumva urwamo rw’abantu kubera induru yabo, aca abwira Musa ati: “Hari urwamo rw’indwano+ mw’ikambi.”
17 Hanyuma Yosuwa atangura kwumva urwamo rw’abantu kubera induru yabo, aca abwira Musa ati: “Hari urwamo rw’indwano+ mw’ikambi.”