Kuvayo 14:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Aguma akurako amakurudumu ku mikogote yabo ku buryo bayitwara vyanka+. Abanyamisiri batangura kuvuga bati: “Duhunge ntitwegere Isirayeli na gatoya, kuko Yehova ata gukeka abarwanira, akarwanya Abanyamisiri+.” Kuvayo 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ibisata vy’abantu bizokwumva+, bihagarike umutima+;Imisonga nk’iy’ukwibaruka+ izofata ababa mu Bufilisitiya.
25 Aguma akurako amakurudumu ku mikogote yabo ku buryo bayitwara vyanka+. Abanyamisiri batangura kuvuga bati: “Duhunge ntitwegere Isirayeli na gatoya, kuko Yehova ata gukeka abarwanira, akarwanya Abanyamisiri+.”
14 Ibisata vy’abantu bizokwumva+, bihagarike umutima+;Imisonga nk’iy’ukwibaruka+ izofata ababa mu Bufilisitiya.