Itanguriro 35:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo biriko biramugora kuvyara, umwakirizi amubwira ati: “Ntutinye, kuko uza kuronka n’uyu muhungu+.”
17 Mugabo biriko biramugora kuvyara, umwakirizi amubwira ati: “Ntutinye, kuko uza kuronka n’uyu muhungu+.”