Gusubira mu vyagezwe 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mbere n’ukuboko+ kwa Yehova nyene kwari kuri bo kugira kubadurumbanye hagati mw’ikambi, gushika barangiye+. 1 Samweli 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Gutyo Abafilisitiya bamarwa igabo, ntibongera kwinjira mu karere ka Isirayeli+; kandi ukuboko kwa Yehova kubandanya kurwanya Abafilisitiya imisi yose ya Samweli+.
15 Mbere n’ukuboko+ kwa Yehova nyene kwari kuri bo kugira kubadurumbanye hagati mw’ikambi, gushika barangiye+.
13 Gutyo Abafilisitiya bamarwa igabo, ntibongera kwinjira mu karere ka Isirayeli+; kandi ukuboko kwa Yehova kubandanya kurwanya Abafilisitiya imisi yose ya Samweli+.