Kuvayo 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko Farawo na we ahamagara inkerebutsi n’abapfumu+; abaherezi b’abanyamageza bo mu Misiri na bo nyene bagira nk’ivyo nyene, bakoresheje amageza yabo+. Abalewi 19:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “‘Ntimuze mwiture abavugana n’ibiremwa vy’impwemu+, kandi ntimuze musiguze abagize umwuga ukubura ibizoba+, ngo muhumanywe na bo. Ndi Yehova Imana yanyu. Gusubira mu vyagezwe 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko uwukora ivyo bintu wese ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova, kandi ivyo bintu biteye ishishi akaba ari vyo bitumye Yehova Imana yawe abirukana bakava imbere yawe+. Yesaya 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko wahevye abantu bawe, inzu ya Yakobo+. Kuko basigaye buzuye ibiva mu Buseruko+, bakaba ari abanyamageza+ nk’Abafilisitiya, kandi bagwije abana b’abanyamahanga+.
11 Ariko Farawo na we ahamagara inkerebutsi n’abapfumu+; abaherezi b’abanyamageza bo mu Misiri na bo nyene bagira nk’ivyo nyene, bakoresheje amageza yabo+.
31 “‘Ntimuze mwiture abavugana n’ibiremwa vy’impwemu+, kandi ntimuze musiguze abagize umwuga ukubura ibizoba+, ngo muhumanywe na bo. Ndi Yehova Imana yanyu.
12 Kuko uwukora ivyo bintu wese ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova, kandi ivyo bintu biteye ishishi akaba ari vyo bitumye Yehova Imana yawe abirukana bakava imbere yawe+.
6 Kuko wahevye abantu bawe, inzu ya Yakobo+. Kuko basigaye buzuye ibiva mu Buseruko+, bakaba ari abanyamageza+ nk’Abafilisitiya, kandi bagwije abana b’abanyamahanga+.