1 Samweli 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Na bo bavuga bati: “Nimwarungika isandugu y’Imana ya Isirayeli, ntimuze muyirungike itari kumwe n’ishikanwa, kuko mukwiye koko gusubiza Imana ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+. Ni ho muzokira, mukamenya igituma ukuboko kwayo kutava kuri mwebwe.”
3 Na bo bavuga bati: “Nimwarungika isandugu y’Imana ya Isirayeli, ntimuze muyirungike itari kumwe n’ishikanwa, kuko mukwiye koko gusubiza Imana ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+. Ni ho muzokira, mukamenya igituma ukuboko kwayo kutava kuri mwebwe.”