-
1 Samweli 6:4Bibiliya y’isi nshasha
-
-
4 Na bo bavuga bati: “Ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha tubwirizwa kuyisubiza ni nyabaki?” Maze bavuga bati: “Ibivyimba* bitanu bikozwe mu nzahabu be n’imbeba zo mu gahinga zitanu zikozwe mu nzahabu hisunzwe igitigiri c’abatware b’urunani+ b’Abafilisitiya, kuko umwe wese muri mwebwe n’abatware b’urunani banyu mwashikiwe n’ikiza kimwe.
-