Abalewi 11:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Kuko ndi Yehova uwuriko arabadugana abakura mu gihugu ca Misiri kugira nerekane ko ndi Imana kuri mwebwe+; kandi mutegerezwa kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe ndi mweranda+. 1 Samweli 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+.
45 Kuko ndi Yehova uwuriko arabadugana abakura mu gihugu ca Misiri kugira nerekane ko ndi Imana kuri mwebwe+; kandi mutegerezwa kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe ndi mweranda+.
2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+.