Gusubira mu vyagezwe 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mwarerekanye ko muri abagarariji mu nyifato mwagize kuri Yehova+ kuva umusi nabamenya. Yeremiya 22:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Navuganye nawe igihe wari ubayeho ata co winona+. Wavuze uti: ‘Eka singamburuka+.’ Iyo ni yo nzira yawe kuva mu buto bwawe, kuko utagamburutse ijwi ryanje+.
21 Navuganye nawe igihe wari ubayeho ata co winona+. Wavuze uti: ‘Eka singamburuka+.’ Iyo ni yo nzira yawe kuva mu buto bwawe, kuko utagamburutse ijwi ryanje+.