1 Samweli 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko indogobwa z’ingore+ za Kishi se wa Sauli ziratakara. Kishi abwira rero Sauli umuhungu wiwe ati: “Ndakwinginze utore umwe mu basuku hanyuma uhaguruke, uje kurondera izo ndogobwa z’ingore.”
3 Nuko indogobwa z’ingore+ za Kishi se wa Sauli ziratakara. Kishi abwira rero Sauli umuhungu wiwe ati: “Ndakwinginze utore umwe mu basuku hanyuma uhaguruke, uje kurondera izo ndogobwa z’ingore.”