Nehemiya 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko abantu barasohoka, barabizana, baraheza biyubakira insago, umwe wese ku gisenge+ ciwe no mu bigo vyabo no mu bigo+ vy’inzu y’Imana y’ukuri no mu kibanza ca bose+ co kw’Irembo ry’Amazi+ no mu kibanza ca bose co kw’Irembo rya Efurayimu+. Ivyakozwe 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bukeye bakibandanya urugendo rwabo bakegereza igisagara, Petero aduga hejuru ku nzu+ nko kw’isaha ya gatandatu gusenga+.
16 Nuko abantu barasohoka, barabizana, baraheza biyubakira insago, umwe wese ku gisenge+ ciwe no mu bigo vyabo no mu bigo+ vy’inzu y’Imana y’ukuri no mu kibanza ca bose+ co kw’Irembo ry’Amazi+ no mu kibanza ca bose co kw’Irembo rya Efurayimu+.
9 Bukeye bakibandanya urugendo rwabo bakegereza igisagara, Petero aduga hejuru ku nzu+ nko kw’isaha ya gatandatu gusenga+.