1 Samweli 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku mwaka ku mwaka yaragira urugendo, akazunguruka i Beteli+ n’i Gilugali+ n’i Mizipa+, agacira imanza Isirayeli+ aho hantu hose. 1 Samweli 11:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mu nyuma Samweli abwira abantu ati: “Ingo tuje i Gilugali+ kugira tunagurireyo ingoma+.”
16 Ku mwaka ku mwaka yaragira urugendo, akazunguruka i Beteli+ n’i Gilugali+ n’i Mizipa+, agacira imanza Isirayeli+ aho hantu hose.