1 Samweli 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze impwemu+ ya Yehova ica itangura gukorera kuri wewe, nawe uravuga koko bwa muhanuzi+ uri kumwe na bo kandi urahindurwa ugirwe uwundi muntu. 1 Samweli 19:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abandanya kugenda avuye ng’aho aja i Nayoti i Rama, maze impwemu+ y’Imana iza kuri we, egome, kuri we; akomeza kugenda kandi abandanya kwifata nk’umuhanuzi gushika ashitse i Nayoti i Rama.
6 Maze impwemu+ ya Yehova ica itangura gukorera kuri wewe, nawe uravuga koko bwa muhanuzi+ uri kumwe na bo kandi urahindurwa ugirwe uwundi muntu.
23 Abandanya kugenda avuye ng’aho aja i Nayoti i Rama, maze impwemu+ y’Imana iza kuri we, egome, kuri we; akomeza kugenda kandi abandanya kwifata nk’umuhanuzi gushika ashitse i Nayoti i Rama.