-
2 Ngoma 30:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Nuko abirutsi+ bafise amakete avuye mu kuboko kw’umwami n’ukw’abaganwa biwe+ bakwiragira muri Isirayeli yose na Yuda, egome, bisunze ibwirizwa ry’umwami, kugira ngo bavuge bati: “Yemwe bene Isirayeli, nimugaruke+ kuri Yehova Imana+ ya Aburahamu na Izahaki na Isirayeli, kugira ngo agaruke ku basigaye muri mwebwe bakize+ ikiganza c’abami ba Ashuri+.
-