Yosuwa 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Amaherezo yegeza hafi urugo rwiwe, umuntu w’umugabo umwumwe, maze Akani mwene Karumi, Karumi wa Zabidi, Zabidi wa Zera, wo mu muryango wa Yuda, aba ari we atorwa+. Ivyakozwe 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mugabo kuva ico gihe basaba umwami+, Imana iraheza ibaha Sauli mwene Kishi, umugabo wo mu muryango wa Benyamini+, mu myaka mirongo ine.
18 Amaherezo yegeza hafi urugo rwiwe, umuntu w’umugabo umwumwe, maze Akani mwene Karumi, Karumi wa Zabidi, Zabidi wa Zera, wo mu muryango wa Yuda, aba ari we atorwa+.
21 Mugabo kuva ico gihe basaba umwami+, Imana iraheza ibaha Sauli mwene Kishi, umugabo wo mu muryango wa Benyamini+, mu myaka mirongo ine.