Imigani 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Iyo umubisha yinjiye, agakengerwe na ko nyene gategerezwa kwinjira+; kandi kumwe n’agateterwe+, hari iceyi.
3 Iyo umubisha yinjiye, agakengerwe na ko nyene gategerezwa kwinjira+; kandi kumwe n’agateterwe+, hari iceyi.