Abacamanza 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bene Isirayeli rero batangura gutabaza Yehova+. Maze Yehova ahagurukiriza umukiza+ bene Isirayeli kugira ngo abakize, ari we Otiniyeli+ mwene Kenazi+, mutoyi wa Kalebu+.
9 Bene Isirayeli rero batangura gutabaza Yehova+. Maze Yehova ahagurukiriza umukiza+ bene Isirayeli kugira ngo abakize, ari we Otiniyeli+ mwene Kenazi+, mutoyi wa Kalebu+.