1 Samweli 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ariko abantu b’imburakimazi+ bavuga bati: “Mbega uyu azodukiza gute+?” Nuko baramusuzugura+, ntibamuzanira ingabirano+. Mugabo we abandanya kumera nk’ikiragi+. Imigani 24:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mwananje, tinya Yehova be n’umwami+. Ntiwivange n’abashaka ihinduka+.
27 Ariko abantu b’imburakimazi+ bavuga bati: “Mbega uyu azodukiza gute+?” Nuko baramusuzugura+, ntibamuzanira ingabirano+. Mugabo we abandanya kumera nk’ikiragi+.