ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 9:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Ejo nk’aya mango nzokurungikira umuntu wo mu gihugu ca Benyamini+; uze umurobanuze amavuta+ abe indongozi y’abantu banje Isirayeli. Ntazobura gukiza abantu banje abakure mu kuboko kw’Abafilisitiya+, kuko nabonye amarushwa y’abantu banje, kubera ko amaborogo yabo yanshikiriye+.”

  • 1 Samweli 10:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Samweli atora rero agakarabo+ k’amavuta, ayasuka ku mutwe wiwe maze aramusoma+, hanyuma avuga ati: “Mbega si kubera ko Yehova yakurobanuje amavuta ngo ube indongozi+ y’intoranwa yiwe+?

  • 1 Samweli 24:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ku bw’ivyo abwira abantu biwe ati: “Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe, nisunze uko Yehova abona ibintu, ko nogira ico kintu ku mukama wanje, uwo Yehova yarobanuje amavuta+, mu gutuma ukuboko kwanje ngo ndamugirire nabi, kuko ari uwo Yehova yarobanuje amavuta+.”

  • 2 Samweli 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze Dawidi amubwira ati: “Kubera iki utatinye+ gutuma ukuboko kwawe ngo ukureho uwo Yehova yarobanuje amavuta*+?”

  • Ivyakozwe 4:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nkako, Herodi na Ponsiyo Pilato+ hamwe n’abantu bo mu mahanga be n’ibisata vya Isirayeli mu vy’ukuri barakoraniye hamwe muri iki gisagara ngo barwanye Yezu umusavyi wawe mweranda+, uwo warobanuje amavuta+,

  • Ivyakozwe 10:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 inkuru yerekeye Yezu uwava i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje impwemu nyeranda+ be n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abo bose bahahazwa na Shetani*+; kubera ko Imana yari kumwe na we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika